Pular para o conteúdo
Publicidade

Itanguriro 3

17 Abwira Adamu na we ati: "Ko wumviye umugore wawe, ukarya ku vyamwa vya ca giti kandi nari narakwihanikirije nti: Ntiwemerewe kurya ku vyamwa vyaco,

Isi iravumwe kubera wewe;

uzoronka ivyo urya ubanje kuyirima ukaruha

ubuzima bwawe bwose.

18 Izokumerera amahwa n’ibitovu,

kandi uzorya ibimeze kuri yo.

19 Kubira icuya mu ruhanga

ni kwo kuzotuma uronka ivyokurya

kugeza usubiye mw’ivu,

kuko ari ryo wavuyemwo.

Kuko uri umukungugu,

kandi uzosubira mu mukungugu."

Veja também