Publicidade

Jeremias 29

11 Kuko nzi imigambi ndabafitiye," ni ko Uhoraho avuze, "ni imigambi yo kubateza imbere, si iyo kubagirira nabi, ni imigambi yo kubaha ivyizigiro muri kazoza. 12 Maze, muzonyambaza muze munsenge, nanje nzobumva. 13 Muzondondera kandi muzombona mundondeye n’imitima yanyu yose. 14 Nzokwemera mumbone," ni ko Uhoraho avuze, "kandi nzobagarukana ndabakure mu kinyago. Nzobegeranya ndabakure mu mahanga n’ahantu hose aho nabangarije," ni ko Uhoraho avuze, "maze ndabagarukane hano aho nabakuye nkabajana mu kinyago."

Veja também

Bíblia Online Bíblia Online

Bíblia Online • Versão: 2026-07-04_23-13-58-