4 Kuko abafise ubugingo bose ni abanje, abavyeyi co kimwe n’abana, bose ni abanje. Uwucumura ni we azopfa.
20 Uwukora ivyaha ni we azopfa. Umwana ntazozira ivyaha vya se, na se ntazozira ivyaha vy’umwana wiwe. Umugororotsi azokwezwa n’ubugororotsi bwiwe, kandi umunyakibi azoharurwako ibibi vyiwe.