Publicidade

Jeremias 1

6 Ndavuga nti: "Ewe Uhoraho Nyeninganji, jewe sinzi kuvuga, kandi ndacari muto."

7 Ariko Uhoraho arambwira ati: "Reka kuvuga uti: Ndacari muto.Uzoja ku wo nzogutumako umubwire ico nzogutuma cose. 8 Ntuze ubatinye, kuko ndi kumwe nawe kandi nzogutabara," ni jewe Uhoraho mbivuze.

Veja também

Bíblia Online Bíblia Online

Bíblia Online • Versão: 2026-07-04_15-35-42-