Publicidade

Jeremias 29

11 Kuko nzi imigambi ndabafitiye," ni ko Uhoraho avuze, "ni imigambi yo kubateza imbere, si iyo kubagirira nabi, ni imigambi yo kubaha ivyizigiro muri kazoza. 12 Maze, muzonyambaza muze munsenge, nanje nzobumva. 13 Muzondondera kandi muzombona mundondeye n’imitima yanyu yose.

Veja também

Bíblia Online Bíblia Online

Bíblia Online • Versão: 2026-07-05_19-25-13-