Pular para o conteúdo
Publicidade

Ezekiyeli 2

6 Ariko wewe mwana w’umuntu, ntuzobatinye, canke ngo utinye amajambo yabo. Ntuzotinye naho uzoba uri hagati mu gisuru canke mu mahwa, ukaba muri za sikoropiyo. Ntuzotinye ivyo bavuga, canke ngo bagutere ubwoba, naho ari inzu y’abagarariji.

Estes versículos te tocaram? Ore agora!

+581 estão orando agora.

Junte-se à corrente de oração.

Veja também