4 Uhereye kera cane, nta wurumva,
nta gutwi kwigeze kwumva
canke ijisho ryigeze ribona Imana imeze nkawe,
ikorera ibitangaza abayiteze.
5 Waje gutabara abakora ivyiza banezerewe,
bakibuka inzira zawe.
Ariko igihe twigumira mu vyaha vyacu,
waraturakiye.
None tuzokizwa n’iki?