21 Naho mwohengamira i buryo canke i bubamfu, amatwi yanyu azokwumva ijwi ryiwe inyuma yanyu, ribabwira riti: "Inzira ni iyi, nibe ari yo mucamwo."