Pular para o conteúdo
Publicidade

Yesaya 53

11 Amaze kubabazwa, azobona umuco w’ubugingo,

azobona ivyamwa vy’imibabaro yiwe,

kandi azohimbarwa.

Kubera ubwenge bwiwe, umusavyi wanje agororoka

azoshikana benshi ku kugororoka,

kandi azokwishirako ukugabitanya kwabo.

12 Ni co gituma nzomuha gutorana hamwe n’abahambaye,

agabure iminyago n’abanyenkomezi,

kuko yatanze ubuzima bwiwe gushika n’aho yemera gupfa,

agaharurwa nk’umwe mu bagarariji.

Yikoreye ivyaha vya benshi,

yongera asabira abanyabicumuro.

Estes versículos te tocaram? Ore agora!

+581 estão orando agora.

Junte-se à corrente de oração.

Veja também