1 Uhoraho ni we Mwungere wanje, nta co nkenye.
2 Ampa kuruhukira mu canya c’ubwatsi butotahaye,
andongorera i ruhande y’amazi adasuma,
3 asubiza intege mu mutima wanje.
Andongorera mu nzira z’ukuri,
kugira ngo aheshe icubahiro izina ryiwe.