10 Nyigisha gukora ivyo ugomba,
kuko uri Imana yanje;
icompa Mpwemu wawe mwiza
akandongorera ahantu hagororotse.
11 Ku bw’izina ryawe, Uhoraho, kingira ubugingo bwanje;
mu kugororoka kwawe, nkura mu vyago.
10 Nyigisha gukora ivyo ugomba,
kuko uri Imana yanje;
icompa Mpwemu wawe mwiza
akandongorera ahantu hagororotse.
11 Ku bw’izina ryawe, Uhoraho, kingira ubugingo bwanje;
mu kugororoka kwawe, nkura mu vyago.