1 Imana ni yo buhungiro bwacu n’inkomezi
ni umufasha atabura guseruka mu magorwa.
2 Ni co gituma tutazotinya, naho isi yonyiganyiga
n’imisozi ikagwa mw’ibenga ry’ikiyaga,
3 naho amazi yaco yosuriranya akuzura ifuro
agatera n’imisozi kunyiganyiga.

+581 estão orando agora.
Junte-se à corrente de oração.