35 Agakiza kawe kabaye inkinzo yanje,
kandi ukuboko kwawe kw’i buryo ni kwo kunshigikiye;
ubushobozi bwawe ni bwo bwangize uwuhambaye.
36 Wanteguriye inzira ncamwo yagutse,
kugira ngo ibirenge vyanje ntibinyerere.