6 Nkaraba ibiganza vyanje nerekana ko ata co niyagiriza,
kandi nzunguruka igicaniro cawe, ewe Uhoraho,
7 ndirimba ishimwe ryawe
mvuga ibitangaza vyose wakoze.