Ni indirimbo yo mw’iduga.
1 Ndunamurira amaso yanje ku misozi;
ugutabarwa kwanje kuva hehe?
2 Ugutabarwa kwanje kuva k’Uhoraho,
Umuremyi w’ijuru n’isi.
1 Ndunamurira amaso yanje ku misozi;
ugutabarwa kwanje kuva hehe?
2 Ugutabarwa kwanje kuva k’Uhoraho,
Umuremyi w’ijuru n’isi.